› Forums › Activists from Burundi continue to demand for a better Country › Burundi Today › Reply To: Burundi Today
March 20, 2017 at 5:09 pm
#449
NDAKUNDA ABARWANEZA –BICISHA BUGUFI
〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️
???? Mubuzima, ntihakagire uwuzokwishimako aguhayira amatungo afise atari no bugufashe, kumbure wimererewe nabi. Uramwumviriza wihorere, unamutwengere yibaze ngo wanezerejwe nivyo ariko aragogomba… ➡UMUGAYIRE KUMUTIMA! « kibi nakanwa ».
➡ Igihambaye kuri ino si nabonye ni « URUKUNDO » gusa, ubundi ibisigaye, isaha ni isaha ivyiza birakuzako. Kanatsinda, nk’uko atawabivukanye ni nk’ uko atawuvyamana, atanuwuzobivana kw’iyi si. « Rabira hafi y’aho uba » : Ikinryohera n’uko Urupfu rutuma twese tungana.
➡ « Kuba kw’isi nukwitonda »









